 |

|

Ivyakozwe
Ibikorwa bikuru bikuru vyaranguwe na Palipe Agakiza
Mu myaka 35 ya Palipehutu hakozwe vyinshi tutovuga ngo turangize nico gituma twahisemwo ibikorwa bikuru bikuru mu mungane akwirikira:
-Wasiguriye Abarundi n'amakungu gushika aho batahura amabi yakorewe Abarundi na cane cane Abahutu
-Warigishije ko intwaro ibereye ari iyitorewe n'abanyagihugu ata gitsure c'inkoho.-Indongozi nyinshi n'imirwi yose yafashe ibirwanisho mu kugwanya ico cose gihohotera ikiremwamuntu n'ibidukikije zikomoka kuri Palipe Agakiza ari wo Palipehutu
Palipe Agakiza ni Nderagakura
|
|