ARK NETWORK reference.ch · populus.ch    

  palipe agakiza k'abarundi-2015







2015 Umuhamagaro

Barundi, Barundikazi,Rwaruka 
Mu myaka ya 1980-1990 umugambwe Palipehutu warigishije "dEmokrasi Nkezabuntu", vyatumye Abahutu,Abatutsi,Abatwa,bari mu mihingo yose,bubahana mu kwuzuzanya, bemanga ico bari,n'uko bari. 
Palipehutu warigishije kandi ko intwaro ibereye ari iyitorewe n'abanyagihugu ata gitsure n'inkoho,ivyo vyatumye mu matora yo 1993 Abarundi bikurako intwaro y'umugambwe umwe. 
None mu matora yo muri 2015,murashaka: 
 
gutsimbataza intwaro ibereye,ubwigenge bw'ubutungane, kurwanya igiturire 
 
TORA PALIPE AGAKIZA 
 
Barundi,Barundikazi,Rwaruka murashaka kwiteza imbere musezerere ubukene n'inzara 
 
TORA PALIPE AGAKIZA 
 
Rwaruka mufise ubushobozi murashaka kwiga muri za kaminuza muronka ka gafashanyo ku gihe,mwongere muronke akazi, muve mu bushomeri 
 
TORA PALIPE AGAKIZA 
 
Bapfasoni murashaka gufata ikibanza mubereye 
 
TORA PALIPE AGAKIZA 
 
Barundi,Barundikazi,Rwaruka murashaka kugira amagara meza mwivuze mutazimbwe 
 
TORA PALIPE AGAKIZA 
Barundi,Barundikazi,Rwaruka murashaka ko twimba ubutare dufise,ibitoro,ibizuku....Twitez'imbere 
 
TORA PALIPE AGAKIZA 
 
Barundi,barundikazi,Rwaruka,murashaka dufubane iteka nyen'icubahiro Gahutu Remi na General Misigaro Donasiyano 
 
TORA PALIPE AGAKIZA

   
 Home  | Livre d'Or  | Album-Photo  | Contact
   
 
(c) Parti palipeagakiza - Créé à l'aide de Populus.
Modifié en dernier lieu le 17.04.2015
- Déjà 3499 visites sur ce site!