ARK NETWORK reference.ch · populus.ch    

  palipe agakiza k'abarundi-2015







Ibiranga

Abanywanyi ba Palipea agakiza bitwa: 
 
Imbanzaguseruka 
 
Urwaruka: 
ruremanywe umutima witangira abatagira cepfo-ca-ruguru rwitwa 
 
J.P.H-Wakombozi 
 
Abakenyezi: 
 
Abagenderabuntu 
 
Icivugo: 
 
Ukuri,Ubutungane,ukwishira ukizana, iterambere 
 
Ibendera  
 
Ibara ryirabura 
 
Risigura intuntu n'agahinda kari mu Barundi no mu Burundi 
 
Ibara ritukura 
 
Risigura amakuba yasinzikaje Abarundi n'uburundi n'amaraso menshi yasesetse mu Burundi 
 
Ibara ry'urwatsi rubisi 
 
Risigura umwizero Abarundi bafise wo gutsimbataza ukuri, Ubutungane,Ukwishira ukizana, n'iterambere ku baba mu Burundi boser. 
 
Ikidodo  
 
Umunzani 
 
Usigura agaciro k'Ukuri n'ubutungane vyo shingiro ryo kwishira ukizana ku banyagihugu bose n'aho bari hose 
 
Isuka n'inyundo bihuriza imimezo hamwe 
 
bisigura guharanira amahoro n'iterambere rishingiye ku burimyi, ubworozi n'amahinguriro mu Gihugu 
 
Ikaramu 
 
Isigura guharanira iterambere ry'ubumenyi 
 
 
 
 
Palipe 
 
Bakitabira 
 
Agakiza k'Abarundi 
 
Palipe 
 
agakiza k'Abarundi 
 
Palipe 
 
Tsinda 
 
>b> Menye neza  
 
Ari uwuramutsa, ari abaramutswa bose baduza ibifunsi bibiri 
 
 
 
Burundi gihugu c'Abasokuruza 
 
 
 

   
 Home  | Livre d'Or  | Album-Photo  | Contact
   
 
(c) Parti palipeagakiza - Créé à l'aide de Populus.
Modifié en dernier lieu le 16.04.2015
- Déjà 3499 visites sur ce site!