|
|
Hymne du palipe agakiza
BURUNDI GIHUGU CA BASOKURUZA
BWIRUKIRO
HAGURUKA UGABE INTAHE
INTAHE Y'AMAHORO MU MA KUNGU
BENE IGIHUGU TWARI TUYANYOTEWE
IMYAKA IMBINJANA TURI MU BUJA
BARUNDI VUZA IMPUNDU
HANGAZA RUREMA
UBURUNDI BWI GANZUYE UWABUGANZA
ATA BUGABA
CIBARE CA MATA N'UBUKI
TEKA RY'ABAWE MU MAKUNGU
MUTIMA W'AFRIKA
IMANA YA KUREMYE NI KUZIGAME
GAHORAHO
IRUHUTSE BURUNDI
WAGOWE MENSHI
WARAKUBAGUWE
WARACUZWE BUFUNI N'ABUHORO
ABAWE TUGUTUYE ISHAKA N'IBIKORWA
GUSHIKA GUPFA
BURUNDI RAGI RY'ABASHWIRAGIJWE
RUTARE RW'UBUMWE
RWABAWE BOSE
INZOYA,IMFUVYI N'BAPFAKAZI
TUGUSABIYE KURI RUGIRA VYOSE
RAMUTSWA INTAHE
MU MASHINGA
|
|